ADAM BDI

Call Contact the business

ADAM BDI 7k 󰤗4k 󰤘4k 󰤭56k

🗨️Création digitale 💬
🎵🎶Music
😂 Comédie
✋ Création des Compte comme:
¹.1XBET
².WIN WIN
³.MELBET
⁴.888STARZ
⁵.BUBET

Pi Network iriko ikorana na Open Standard, ishirahamwe ririko rirateza imbere Open USD (OUSD), stablecoin yubatswe nk’ib...
01/10/2026

Pi Network iriko ikorana na Open Standard, ishirahamwe ririko rirateza imbere Open USD (OUSD), stablecoin yubatswe nk’ibikorwa remezo vyuguruye kandi icungiwe hamwe n’abafatanyabikorwa.
Open Standard ikoranya abafatanyabikorwa barenga 200+ mu bisata vyo kwishurana, ivy’imari, ubuhinga bwa none na crypto, harimwo Visa, Google na Stripe.
OUSD yateguwe n’uburyo bwo gutanga imishahara/ibihembo bushobora gufasha mu kwagura ecosystem. Pi Network izoraba uburyo bwo gutegura ibihembo ku ba Pioneers hamwe no kwagura ikoreshwa rya OUSD muri ecosystem ya Pi.
Turindiriye ayandi makuru arambuye yerekeye ubu bufatanye. 🚀 Pi Network 🤝 Open Standard

Nivyashika Uburundi bugakina na côte d'ivoire nta muntu numwe azontanga kuri stade intwari ni jewe nzoba uwambere mukwin...
30/09/2026

Nivyashika Uburundi bugakina na côte d'ivoire nta muntu numwe azontanga kuri stade intwari ni jewe nzoba uwambere mukwinjira😂 knd nzoba njanywe n'uyu mujama gusa

28/09/2026

AGASEMA N'IKI? NI HAHANDI WIZANIRA UMUYAYA , AKAVYIBUHA INGIDI IKANGANA N'UMUSOZI , MU GIHE UMUGORE WAWE, AVYIBUHA INDA GUSA 😂

27/09/2026

😂 Tadeyo akaba arahejeje kwiyambika ibara 😂😂😂 mudatabaye match ihava itangurira muri vestiaire 😂😂😂.......................................

26/09/2026

😂😂😂 aka sakasamutwe 😂

🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞+18 +18 +18 +18 +18+ 18+18+18+18Burya amahirwe aza ugutandukanye simvuze mwese ariko birasho...
26/09/2026

🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞🔞
+18 +18 +18 +18 +18+ 18+18+18+18

Burya amahirwe aza ugutandukanye simvuze mwese ariko birashoboka ko amahirwe yoba ari muri ibi naho benshi baza gutukana ngo wabikinye kera ariko menyako hari hari nuwabikinye rimwe gusa ubu yiruhutsa akavuga ati IMANA ntaho itocisha umuntu!!!

So ukaba ukeneye kwugurura compte Nshasha kandi yizeye n'ikigo ca betting ugurura Ukoresheje code promo : "PARKING257" iyo code promo iminsi yose iratanga bonus yishirwa rya dépôt yambere ingana na 100% Nukuvuga ushizeyo 10.000Fbu bonus ni 10.000Fbu nyene!!!

Hama Lundi guhera kuri 5.000Fbu baratanga bonus ya 200%

Vendredi guhera kuri 5.000Fbu nahonyene baratanga bonus ya 200%

Terechariza application ya 1XBET uhejeje ugurura application Fyonda ahanditse "INSCRIPTION " Uhejeje ucubona ahanditse"PAR TÉLÉPHONE" uhejeje kuhafyonda ahambere urashiramwo numéro ya téléphone ahakurikira handitse ngo "Francs burundi(BIF) urahasimba Ugeze ahaja code promo uca wandikamwo: PARKING257 mundome nkuru ata espacement igiyemwo knd bifatanye!! ukeneye kuja muri group link muri commentaire 👏
vos gains compte téléphone Promo: PARKING257
CODE PROMO: PARKING257
🎯 Ugurura compte 1XBET ukoresheje code promo: [PARKING257]maze uronke amahirwe adasanzwe!
✅ Kwugurura compte vyoroshe
✅ Bonus zidasanzwe
✅ Gukina no gutsinda vyoroshe
✅ Téléphone yawe niwo mutahe wawe 📱💸
📞 WhatsApp : 📲 61999823
📲 61999823
⚽ Injira mw'isi y’intsinzi n’ivyishimo!
💥 Koresha CODE PROMO : PARKING257
💥Injira muri group WhatsApp👇👇👇
https://chat.whatsapp.com/JgyloHllfkMBnO28Nzo67q


fans

😂😂😂
25/09/2026

😂😂😂

🚨 AMAKURU MASHASHA: Komite y’Abasifuzi muri Espagne ibona ko Kang-in Lee yari akwiye guhabwa ikarita itukura mu mukino w...
22/09/2026

🚨 AMAKURU MASHASHA: Komite y’Abasifuzi muri Espagne ibona ko Kang-in Lee yari akwiye guhabwa ikarita itukura mu mukino wa Real Madrid. ❌

Uwo mukinyi w’Umukoreya yari akwiye kwirukanwa mu kibuga (red card) kubera ikosa yakoreye Valverde, nk’uko ikinyamakuru Diario AS kibivuga. 🟥⚠️

🤦🏽‍♂️🤣 Buri Derby canke Clasico itegerezwa gusiga amateka 😳🔥...
20/09/2026

🤦🏽‍♂️🤣 Buri Derby canke Clasico itegerezwa gusiga amateka 😳🔥...

20/09/2026

Nkubu bavuze ngo buri muntu wese aje mugihugu gitanguzwa n’urudome rutangura kw’izina ryiwe wewe wojahe?😂

Address

Avenue De L'amitié
Dodoma

Telephone

+25769428386

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ADAM BDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ADAM BDI:

Shortcuts

Share